Umuhuza TV
Umuhuza TV
  • Видео 1 000
  • Просмотров 5 404 867

Видео

⚠️IVYA GRENADE ZATEWE I BUJUMBURA🔥BABASHIZE HEHE?NKURIKIYE YAKOZE IBIKI?ESE BARISHWE🙆AMAKURU YIHUTA
Просмотров 6489 часов назад
#grenade #amakuru #umuhuzatv #burundi #umutekano #bujumbura
IGITORO KIRAJE🚨AMAKURU YIHUTA KU BARUNDI BOSE/NEVA AVUZE ABATEGETSI BIVYE AMAHERA Y'IGITORO/URUTONDE
Просмотров 8 тыс.2 часа назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #igitoro #abategetsi
IRIHUTA🚨ABANDI BAKUWE DUBAI/NININAHAZWE AVUZE ATARYA UMUNWA/IVYO BARIMWO GUKORERWA MU IPEREREZA
Просмотров 2,6 тыс.4 часа назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #iperereza #dubai #abatahukanywe gihutihuti Hari Abarundi baraye barekuwe n'iperereza mu baherutse gutahanwa gihutihuti bakuwe Dubai. Inyuma y'indwi zibiri bafashwe n'iperereza ry'Uburundi, imiryango yabo itabimenyeshejwe kandi itarekuriwe kubabona, mu gihe imiryango imwe yari itanguye kwakwa ibiturire, hari Abarundi ba mbere baraye barekuwe n'iperereza. Amatwi adus...
KURIKIRE IJAMBO NEVA ASHIKIRIJE ABARUNDI BOSE👏IGITORO,UBUTARE,ISUKU N'ISUKARI/IVYO LETA IGIYE GUKORA
Просмотров 1,4 тыс.4 часа назад
#neva #sebarundi #amakuru #umuhuzatv #burundi
BARAKURIKIZWA BUNYONI🔥ABAJENERALI 2 BO MURI #API NA BSPI/NEVA NTAFYINA/IBIBAYE KU IBOHERO RYA MPIMBA
Просмотров 1,3 тыс.4 часа назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #ntarehouse #umutekano
IBIBAYE BUJUMBURA🚨ZIMWE MU NDONGOZI MUYABIRA/KU ISUKU VYAKOMEYE/ABAPOLISI BARUNGITSWE MU MAKARITSIYE
Просмотров 2 тыс.4 часа назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #bujumbura #ndakugarika #isuku
ARAPFUYE⚠️NEVA AHISE ABOGOZA INDONGOZI/URUPFU RW'UMUTEGETSI AKOMEYE UBU NYENE/INDONGOZI ZIKOZE IBARA
Просмотров 6 тыс.16 часов назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #bujumbura #cnddfdd #arapfuye #rip
IRIHUTA🔥IBIBAYE MU BATEGETSI/IVYA RADJABU/IMIKENYURO MISHASHA MU NDONGOZI/INYEGEZE WUMVIRIZE WITONZE
Просмотров 2,5 тыс.19 часов назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #cnddfdd #husseinradjabu #imikenyuro
INKURU Y'UMUBABARO⚠️ARAPFUYE/IBIBAYE NI IBARA KU MUTEMERE/BARATABAZA UMUKURU W'IGIHUGU/MUSITANTERI
Просмотров 2 тыс.19 часов назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #bujumbura #umutekano #agatekakazinamuntu
🚨KU MYAKA 26 NEVA AMURONKEJE AMABANGA ADASANZWE MU GIHUGU/ITEGEKO RISHASHA MU GISAGARA CA BUJUMBURA
Просмотров 7 тыс.21 час назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #bujumbura #ubutare #amabanga Ku myaka 26 y'amavuko, Quesnay de Jésus Akabahinga niwe #Uburundi buhanze amaso mu vy'ubutare ⛏️ 🟧 Aba "Gen Z" (bavutse hagati ya 1997 na 2012) bashikiriwe mu mabanga akomeye mu #Burundi: ku myaka 26 ans, Quesnay de Jésus Akabahinga yaraye agenwe na Prezida Evariste Ndayishimiye kurongora Ikigo kigenzura ivyo gucukura ubutare mu B...
ITEGEKO RIRATANZWE⚠️UMUTEGETSI AKOMEYE ARAPFUNZWE🚨AMAKURU YIHUTA YABUNYONI/IBIBAYE KU IBOHERO GITEGA
Просмотров 2,8 тыс.21 час назад
#gitegaprison #arafashwe #amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #gitega #bunyoni #ubutungane
NEVA YARAKAYE🔥IBIBAYE KURI GEN.MUYENGE NA KIRAPANZE/IBIBAYE MU IKAMBI Y'ABACUNGERA UMUKURU W'IGIHUGU
Просмотров 3,4 тыс.21 час назад
#umutekano #api #bspi #amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #amakambi #gupfunga #icukakibi
UKURI KURATEBA NTIGUHERA🔥ABISHE GEN.ADOLPHE NSHIMIRIMANA BARAMENYEKANYE/ABATEGETSI/INYUMA Y'IMYAKA 9
Просмотров 1,7 тыс.День назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #adolphenshimirimana #bunyoni #coupdétat #neva #bunyoni #primeniyongabo
NEVA ARARAKAYE🚨ABARWIZATUNGA BAHEMUKIYE IGIHUGU/MAYONDORI,GEN.NDAYIZIGA NABANDI/IBIBAYE MU IPEREREZA
Просмотров 2,9 тыс.День назад
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #gupfungwa #abarwizatunga #iperereza
BARAFASHWE🔥KWA NTARE VYAYANGAYE/UBUGAMBANYI MU BAHACUNGERA UMUTEKANO/IBISAKA VY'IMBWA BIRAHIYE/NEVA
Просмотров 2,7 тыс.День назад
BARAFASHWE🔥KWA NTARE VYAYANGAYE/UBUGAMBANYI MU BAHACUNGERA UMUTEKANO/IBISAKA VY'IMBWA BIRAHIYE/NEVA
UMUTEKANO WA PREZIDA NEVA iBUJUMBURA🚨IBIBAYE UBUNYENE/UMWE ARAFASHWE/MUSEMERERE ABABISHOBOYE ATICWA
Просмотров 2,5 тыс.День назад
UMUTEKANO WA PREZIDA NEVA iBUJUMBURA🚨IBIBAYE UBUNYENE/UMWE ARAFASHWE/MUSEMERERE ABABISHOBOYE ATICWA
BIRAHIMBAYE👏INKURU NZIZA KU BARUNDI,ABANYARWANDA N'ABACONGOMANI🚨IMIGENDERANIRE/UMUNSI W'IBIRORI/EAC
Просмотров 2,7 тыс.День назад
BIRAHIMBAYE👏INKURU NZIZA KU BARUNDI,ABANYARWANDA N'ABACONGOMANI🚨IMIGENDERANIRE/UMUNSI W'IBIRORI/EAC
⚠️APFUYE AVUYE MUBUSHINWA😭AMAKURU KU RUPFU RWA NESTOR UWIZEYIMANA/NDIKURIYO ARABITANGAJE🇧🇮ITANGAZO
Просмотров 7 тыс.14 дней назад
⚠️APFUYE AVUYE MUBUSHINWA😭AMAKURU KU RUPFU RWA NESTOR UWIZEYIMANA/NDIKURIYO ARABITANGAJE🇧🇮ITANGAZO
MU KIBIRA⚠️BANE BAHASIZE UBUZIMA/GUKOZANYAHO N'IGISODA/ITANGAZO RYIHUTA KUBEGEREYE ISHAMBA RYAKIBIRA
Просмотров 2,2 тыс.14 дней назад
MU KIBIRA⚠️BANE BAHASIZE UBUZIMA/GUKOZANYAHO N'IGISODA/ITANGAZO RYIHUTA KUBEGEREYE ISHAMBA RYAKIBIRA
🚨IBIBAYE NEVA AGISHIKA muGISAGARA caBUJUMBURA/IVYO ABASODA BAKOZE/ITEGEKO RYIHUTA RITANZWE UBU NYENE
Просмотров 6 тыс.14 дней назад
🚨IBIBAYE NEVA AGISHIKA muGISAGARA caBUJUMBURA/IVYO ABASODA BAKOZE/ITEGEKO RYIHUTA RITANZWE UBU NYENE
🚨DOMITIEN NDAYIZEYE ARABIVUZE⚠️AMABANGA KURI BWA BUTARE NEVA YAVUMBUYE/AVUZE KURI HUSSEIN RADJABU
Просмотров 13 тыс.14 дней назад
🚨DOMITIEN NDAYIZEYE ARABIVUZE⚠️AMABANGA KURI BWA BUTARE NEVA YAVUMBUYE/AVUZE KURI HUSSEIN RADJABU
BUJUMBURA🔥Eliphaz NIYONGABO YIHAYE INKUMBI/KURI JIMMY HATUNGIMANA/IVYA A.NDAYISHIMIYE/NINDE ATWARA!?
Просмотров 6 тыс.14 дней назад
BUJUMBURA🔥Eliphaz NIYONGABO YIHAYE INKUMBI/KURI JIMMY HATUNGIMANA/IVYA A.NDAYISHIMIYE/NINDE ATWARA!?
ARAVYIVUGIYE🔥NDAKUGARIKA AGABISHIJE ABARIKO BARAKORA AMANYANGA KU NTONDE Z'ABAZOSANSUMA/ABASITANTERI
Просмотров 2,6 тыс.14 дней назад
ARAVYIVUGIYE🔥NDAKUGARIKA AGABISHIJE ABARIKO BARAKORA AMANYANGA KU NTONDE Z'ABAZOSANSUMA/ABASITANTERI
MURAGABE🔥URWARUKA RWATEGUYE IMIGUMUKO🚨ITANGAZO RYIHUTA/INZEGO NKURU ZA CNDD-FDD ZAHAGURUTSE/IBIBAYE
Просмотров 5 тыс.14 дней назад
MURAGABE🔥URWARUKA RWATEGUYE IMIGUMUKO🚨ITANGAZO RYIHUTA/INZEGO NKURU ZA CNDD-FDD ZAHAGURUTSE/IBIBAYE
🔥RWASA ABITANGAJE ICESE🚨ABA CNDD-FDD BARAJUGUMIYE/YOBA YASHINZE UNDI MUGAMBWE!?KWITOZA 2025 NA 2027
Просмотров 28 тыс.21 день назад
🔥RWASA ABITANGAJE ICESE🚨ABA CNDD-FDD BARAJUGUMIYE/YOBA YASHINZE UNDI MUGAMBWE!?KWITOZA 2025 NA 2027
🔥IBIBAYE KURI NESTOR MU NGORO YA CNDD-FDD(GUKUBITWA)NDIKURIYO AMUHAYE GASOPO YANYUMA/GUSABA AMAHERA
Просмотров 3,7 тыс.21 день назад
🔥IBIBAYE KURI NESTOR MU NGORO YA CNDD-FDD(GUKUBITWA)NDIKURIYO AMUHAYE GASOPO YANYUMA/GUSABA AMAHERA
NEVA NTAFYINA🔥KUBAKURA MURI LETA⚠️NITERETSE NA IBRAHIM UWIZEYE MUYABIRA/IBISAKA VY'IMBWA BIRAHIYE
Просмотров 4,3 тыс.21 день назад
NEVA NTAFYINA🔥KUBAKURA MURI LETA⚠️NITERETSE NA IBRAHIM UWIZEYE MUYABIRA/IBISAKA VY'IMBWA BIRAHIYE
IBARA🚨NEVA ARATEGETSE🔥MAYONDORI NA SYLIVESTRE NIYONSABA/ABIMBA UBUTARE MU MPIMBA🥷INAMA MU BAJENERO
Просмотров 3,4 тыс.21 день назад
IBARA🚨NEVA ARATEGETSE🔥MAYONDORI NA SYLIVESTRE NIYONSABA/ABIMBA UBUTARE MU MPIMBA🥷INAMA MU BAJENERO
⚠️Amakuru y'ibanga avuye mubaCNDD-FDD🔥Ibyo gukuranamwo/Amatati y'uburere bakomokamwo/Radjabu&BUNYONI
Просмотров 6 тыс.21 день назад
⚠️Amakuru y'ibanga avuye mubaCNDD-FDD🔥Ibyo gukuranamwo/Amatati y'uburere bakomokamwo/Radjabu&BUNYONI

Комментарии

  • @NkunzimanaJonathan
    @NkunzimanaJonathan 3 часа назад

    Ikibabaje abanejwe intwaromukwigisha umugambi witerambere bawigishanya indigo nagakandamizo akarorero muruyumugambiwisuku harabigariwe badandaza ibintu binyarukagufpa Amaya ivyokurya base ukobabikutayo ahonikukabarimyi kandibaratanze ayahera yokwimboshwa amawese ngovyavuyehejuru

  • @ZabiloBizimana
    @ZabiloBizimana 4 часа назад

    😢😢😮😮

  • @user-xc9cq7ui4s
    @user-xc9cq7ui4s День назад

    Jewe nshaka igitoro gusa

  • @Adronisirankunda-i7k
    @Adronisirankunda-i7k 2 дня назад

    Ni nyakubahwa kuko niwe twese twemera

  • @SylvaneNyandwi
    @SylvaneNyandwi 2 дня назад

  • @SylvaneNyandwi
    @SylvaneNyandwi 2 дня назад

  • @HadjiRamadhan-e5h
    @HadjiRamadhan-e5h 2 дня назад

    Ngo abarund ntibaramenya business kandi ari mwebwe mubirukana kubera amakori menshi

  • @BatherMunezero
    @BatherMunezero 2 дня назад

    Nn ibitoro vyananirany basimbiye mwisuku nazane ibitoro

  • @ghulamraza6701
    @ghulamraza6701 2 дня назад

    Neza cane❤❤❤

  • @user-mo5yw4ue5g
    @user-mo5yw4ue5g 2 дня назад

    Niwitoze tukurinyuma❤❤❤

  • @fobty2872
    @fobty2872 2 дня назад

    Nukuvuga ubu NEVA afise ubumenyi bwaba Docteurs rero? Birazwi ko choléra iva kumazi mabi abantu bakoresha. Basha uwo muntu yize amashule meshi. Abazi cv yiwe nibayidusangize.

  • @ClaireNzeye
    @ClaireNzeye 2 дня назад

    Vyiza cane kwisukirira, Ntabasukurira,abandi bakiriho. Kwisukirira bazoca bahembwa nkabasuku beza.Isuku,isuku,abasuku,abasukuuuuu bibwami.Bagiye hehe?😂😂

  • @ByiringiroDavid-o9o
    @ByiringiroDavid-o9o 3 дня назад

    hhhh mujyerajyeze gato tubereke

  • @jimmybigirimana1311
    @jimmybigirimana1311 4 дня назад

    Nakoreshe umwanya

  • @UwamahoroOlivier-v6f
    @UwamahoroOlivier-v6f 5 дней назад

    Oui88@4 5:03

  • @UwimanaEvelyne-e3s
    @UwimanaEvelyne-e3s 5 дней назад

    Niyihangan

  • @NiyeraEzechiel
    @NiyeraEzechiel 7 дней назад

    non kotutabon ifoto yaw wew uriko ubitangaza????

  • @hopemassa-jw3zw
    @hopemassa-jw3zw 7 дней назад

    Ba Dawidi bariho kandi bazotwara komera mutama wacu .Nakare abo batama baragutse

  • @AlexisUwizeyimana-l6o
    @AlexisUwizeyimana-l6o 8 дней назад

    Mbega ababutwaye bakuze batumariye iki,ukurikuvuga uwukuzintikuvuga uwukuze,rero Neva wacu bamuveko,Kandi abagwanya mutama wabajeune azobi azwa

  • @DieudonneNdikumana-qs9jw
    @DieudonneNdikumana-qs9jw 8 дней назад

    Nneho arabaheburije niyorambire turamukunda❤❤❤❤

  • @IteritekaFidélité
    @IteritekaFidélité 8 дней назад

    Mwe murabicanyi nukuri kubesha.cane imanizobibahanira amakuru atariyo.

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz 8 дней назад

    26 ans ari umwana yize muri système anglophone birashoboka ko aba afite Masters. Ariko niba ari système francophones ntibikunda niyo yaba atarigeze asibira narimwe. Kireka niba hari levels zamashuri yagiye asimbuka.

  • @yvetteAbayo
    @yvetteAbayo 8 дней назад

    Kura uburofa wa kibwawe! Wewe umukuru w'Igihugu murangana wa ntozowe

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 9 дней назад

    ARAKAZA ,Dr mu busuma.

  • @jeanclaudenzeyimana3152
    @jeanclaudenzeyimana3152 9 дней назад

    Aba jeunes bataragira umutima wo kurya ibiturire barashobora gukora neza.

  • @mathieuniyongabo9751
    @mathieuniyongabo9751 9 дней назад

    A 26 ans akaba afise niyo experience Masters degree yayiciye ryari ? Nimba atize Masters online akora (?)

  • @user-sk5lj4rd4c
    @user-sk5lj4rd4c 9 дней назад

    Niko bimeze imana ntirobanura kubutoni . Mutama komera

  • @JothamUwimana-ox5ep
    @JothamUwimana-ox5ep 9 дней назад

    Mwababeshimwe

  • @JosephBizungubumwe
    @JosephBizungubumwe 10 дней назад

    Nonabonibowavuga abovyurwandanakongonuburundibarabisize

  • @EricIrakoze-s7b
    @EricIrakoze-s7b 10 дней назад

    Mbe Kofi arihe? Uratubwira ahari?uvuga ayabandi ayiwawe ukayicarako zuratubwira nivyahandi

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 11 дней назад

    Bien atitoje twotora Inde tuzomutora i

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 11 дней назад

    Bien atitoje twotora Inde tuzomutora i

  • @mariebahiteshe8880
    @mariebahiteshe8880 11 дней назад

    😮

  • @ManirakizaZabulon-x1k
    @ManirakizaZabulon-x1k 11 дней назад

    ruclips.net/video/udgRW5KHaOk/видео.htmlsi=3wampHq5eY1HNJah

  • @sammarley1413
    @sammarley1413 11 дней назад

    Uwubaho ataboneka ni imwe rudende umwami wabami ALLAH/ELIE

  • @hamzahamzahamza3629
    @hamzahamzahamza3629 12 дней назад

    Mutama wacu Rwasa turamukunda

  • @hamzahamzahamza3629
    @hamzahamzahamza3629 12 дней назад

    Reba nkubu kuva neva yaza nihombonye itike ryokwiyunguruza riduga nkubu kuva imakamba kugera ibujumbura aller retour ni:160000frb none ivyomwumva aribiki?

  • @hamzahamzahamza3629
    @hamzahamzahamza3629 12 дней назад

    Azotorwa Imana isumba ingabo

  • @hamzahamzahamza3629
    @hamzahamzahamza3629 12 дней назад

    Turamukunda kumbure igitoro caboneka muburundi

  • @hamzahamzahamza3629
    @hamzahamzahamza3629 12 дней назад

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @sylvientibakije258
    @sylvientibakije258 12 дней назад

    ❤❤❤❤

  • @user-ld4lx6wg4b
    @user-ld4lx6wg4b 12 дней назад

    None niba ahali ni yigraze uwamuhinganga yarafuye none yinyengeza inde najye ahabina erega ni umugabo wangu

  • @damascenengirinshuti2211
    @damascenengirinshuti2211 12 дней назад

    Abobavukanyi 3 lmana ibashyigikire 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @erickabayabaya714
    @erickabayabaya714 14 дней назад

    Information disorder syndrome!! With your fake news, you sound desperate for something we don't know yet!

  • @DaudiNtakarutimana
    @DaudiNtakarutimana 14 дней назад

    Komera mutama

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 14 дней назад

    Nibamureke kuko baranamwivye amatora yayatsinze

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 14 дней назад

    Tuzomutora numugabo wijunja n'ijambo uwo nintwari kabisa

  • @RenovatNDAGIJIMANA-ei2iq
    @RenovatNDAGIJIMANA-ei2iq 14 дней назад

    Komera

  • @ArnondNkundwanayo
    @ArnondNkundwanayo 14 дней назад

    Mukomer gos lntare